Saturday, April 27, 2024

NEWS

Umwana yankwa niwe akura.

0
Ayo n'amajambo yanditswe Monia fleur umuririmvyikazi w'umurundikazi kuri uyu wa Gatandatu kurubuga rwiwe rwa facebook. Ayo majambo yakurikijeko amafoto ari munzu ihinyanyura umuziki. Uyo yaririmvye...

AUDIO

VIDEOS

VIDEO NSHASHA | Cherine Rock – Slowly | Download

0
Umuririmvyikazi Cherine Rock yasubiramwo indirimbo Ubusa ya Big Fizzo yashize kumugaragaro  iyindi ndirimbo yiwe shasha yise '' Slowly.  Cherine Rockna Slowly irabe aha https://www.youtube.com/watch?v=lFY2Z8ZButw Crown Rema...

VIDEO | D ONE AREMEJE KO AGIYE KUBA MU NTARA YA...

0
Umuririmvyi D One yavuzeko mu ntara ya Rumonge yahakunze aho yishimira kubaho mbere akana rongora ivyo akaba yabivuze mukiganiro yakoranye n'umumenyesha makuru Sule S...

Most Popular

Popular News

NEWS

Burundi : Ntakintu kiboneka kimaze gushikwako cavuye m’umugambi “Ewe Burundi Urambaye”...

0
Evariste Ndayishimiye, umukuru w'igihugu yabivuze kuri uyu 29 Gitutugutu, igihe yaratahutse ava munama ijanye n'ibidukikije yabereye mugihugu ca Congo Brazzaville. Umukuru w'igihugu,avuga ko uravye igihe...

AUDIO

VIDEOS

VIDEO NSHASHA | H-Bekah – Vimeumana | Download

0
umuririmvyi arimumugwi The Twins band H Bekah  ya sohoye amasanamu video  y’indirimbo yiwe nshasha yitwa ‘Vimeumana. Urashobora kugira play ukayiraba ngaha. https://www.youtube.com/watch?v=Z6Am_2aTUb8 VIDEO : Emery Sun afunguka...

Man Theo yasohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘So Good

0
Ni kuruyu wa wambere Myandagaro 12, 2022 niho umuririmvyi womuri Buja Flavour Man Theo yasohoye amasanamu ya video yiwe nshasha yitwa So Good. Urashobora kugira...

Audios

Videos on YouTube

NEWS

Umubabaro muri benentare inyuma yogusezererwa n´intare.

0
Umwe mubatihanganiye kugaragaza akababaro ni umuririmvyi Nzeyimana batazira Mkombozi. Mubutumwa kurubuga rwiwe rwa facebook yagize ati:"Nari niteze gusekura none naraye nsekuwe". Murubwo butumwa uyo murimvyi arashima...

AUDIO

VIDEOS

VIDEO NSHASHA | Trey Zo & Rappy Boy – Yewegaye |...

0
Abaririmvyi Trey Zo na Rapp Boy bagarutse bakuzanira kandi  indirimbo nshasha  yitwa « Yewegaye » ifise amasanamu meza cane. Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika...

VIDEO SHASHA | Mr Lee ft Tiland – Binkolera | Download

0
Umurirmvyi Mr Lee arikumwe n'uririmvyikazi Tildan bahejeje gushira kumugaragaro indirimbo shasha BINKOLERA ifise namasanamu mesha ataye igomwe irabe ngaha. https://www.youtube.com/watch?v=BISxH3k8vKg Ngo ntayundi yemera ata Big Fizzo...

Audios

ENTERTAINMENT

POPULAR POSTS

ENTERTAINMENT