Miss Laurie Claudia NISHIMWE Yerekanye Akaranga k’Uburundi

Miss Laurie Claudia NISHIMWE Yerekanye Akaranga k’Uburundi

24 November 2022 0 By H. Mervis
Umurundikazi  Miss Laurie Claudia Nishimwe kuri uyu wa Gatatu yaserutse mu mwambaro wakaranga kikirundi. Mu mahiganwa arimwo yo gutora umukobwa mwiza kw’isi MIssEarth2022
Uyu mwigeme yaserekiye  uburundi akaba yariko atamba intambo ndangakaranga z’uburundi mu mwanya bari bagezemwo wo kwerekana ingabire zabo.
Miss Laurie Nishimwe ari umwe mu bakobwa barenga 80 bazotorwamwo umwe mwiza kandi akerebutse.
Tukwibutse ko iryo higanwa  ririko ribera mu gihugu ca Philippines.
Facebook Comments Box
42460cookie-checkMiss Laurie Claudia NISHIMWE Yerekanye Akaranga k’Uburundi