Accueil » Archives pour H. Mervis
28 janvier 2023
Par
H. Mervis
Umuririmvyi rurangiranwa mu Burundi mu kuririmba live music Vichou Love yagaratse neza mukukuzanira iyindi ndirimbo ifise n’amasanamu yise « Mapenzi» .…
28 janvier 2023
Par
H. Mervis
Hari muri ir’ijoro ryo kuwa 27 nzero Umwaka Wa 2023 munyubakwa za IFB (ex CCF) aho Master Land yerekanye ubuhinga…
28 janvier 2023
Par
H. Mervis
Kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Nzero 2023 hasizwe kumugaragara mu gihugu c’Uburundi haraye havutse imboneshakure nshasha izokorera kumbuga ngurukanabumenyi…
27 janvier 2023
Par
H. Mervis
Msanii Natacha baada ya ku post akiwa safarini na kusema kuwa anaenda ku chaji simu yake sehemu kusiko julikana hatimaye…
27 janvier 2023
Par
H. Mervis
Hari ku musi w’Imana itariki 27 nzero 2013 niho abanyagisagara ca Bujumbura babona imyotsi iduga mu kirere ivuye ahari isoko…
27 janvier 2023
Par
H. Mervis
Hili solakukosa kutazama. Msanii Famou afunguka mengi sana kuhusu kundi lake Fusho Tune ambayo ni yeye Fundi na Mwenzakew Mwanzo…
27 janvier 2023
Par
H. Mervis
Icamamare cawe Big Fizzo yashimye kukuzanira video Lyrics mushasha n’indirimbo « You » ifisema amasanamu meza cane . Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira…
26 janvier 2023
Par
H. Mervis
Mu ntumbero yo kwipfurizanya umwaka mushasha wa 2023. Amicale des Musiciens du Burundi AMB yateguye Meet N’Chill izaguhuza abaririmvyi, abacuraranzi,…
26 janvier 2023
Par
H. Mervis
Umukinyi w’umurundi Youssuf Ndayishimiye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 25/01/2023 yarashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa OGC…
25 janvier 2023
Par
H. Mervis
Muri ayo masezerano yateyeko igikumu ari kumwe n’uwurongoye FFB Alexandre MUYENGE, harimwo ko azomenyereza imirwi y’Uburundi mubagabo: abakuze,imiyabaga hamwe n’abakiri…