12 août 2022 0

VIDEO NSHASHA | Wizking Ft El Pro – Joro Remix | DOWNLOAD

Par H. Mervis

Umuririmvyi Wizking yagarutse mukugarukana indirimbo yiwe Joro aho ubu yashimye kubazanira Joro Remix mbere arikumwe n'umuririmvy El Pro muriyo ndirimbo. Irabe ngaha https://www.youtube.com/watch?v=WdpljMBwLgA Tuna mpenda sana Mutima le Comedien ndomana tume mleta... Forever Band wafunguka Mengi https://www.youtube.com/watch?v=vDYy7PGOOTk&t=58s

12 août 2022 0

VIDEO NSHASHA | B Kobra – Kibasumba | Dwonload

Par KAMIKAZI

Umuririrmvyikazi B Kobra yagarutse mumuziki ndundi inyuma yugusohora indirimbo I Miss You imaze amezi arenda indwi noneho yasohoye indirimbo nshasha...

8 août 2022 0

VIDEO NSHASHA | Drama T – Madamu

Par H. Mervis

Umuririmvyi Drama T atari yaherutse gusohora indirimbo aho yari amaze umwaka urenga asohoye indirimbo YOUR MAN yagarutse mumuziki ndundi ninguvu...