Trending Now
NEWS
Ibihere (Punaise de lit)birateye umutima uhagaze abanyagihugu
Mugihugu c´ubufaransa abaserukira abanyagihugu hamwe n´abajejwe amagara y´abantu baratewe umutima uhagaze n´irwirirana ry´ibihere mubibanza bitandukanye nko mu ma Bus ,train,mumavuriro, muma shure nahandi.
Nkuko vyandikwa...
AUDIO
VIDEOS
VIDEO SHASHA | Eshter Nish ft Thierry Kijanya – Manka |...
Umuririmvyikazi Esther Nish inyuma yagacerere kamezi ane arenga adasohora indirimbo, yagarutse kundirimbo shasha MANKA arikumwe numuririmvyi Thierry Kijanya. Irabe aha
https://www.youtube.com/watch?v=gXGMsusZ0-U
Ngiyi inyishu ya MB Data...
Man Theo yasohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘So Good
Ni kuruyu wa wambere Myandagaro 12, 2022 niho umuririmvyi womuri Buja Flavour Man Theo yasohoye amasanamu ya video yiwe nshasha yitwa So Good.
Urashobora kugira...
Most Popular
Popular News
NEWS
Tigger Brizz arahagaritse ibiteramo vyo mu Rumonge bamutumiramwo
Kumvo yuko batumira abaririmvyi bavuye mu gisagara ca Bujumbura bakabaha amafaranga meshi gusumba abasangwa, ariko hageze mu biteramo akabasumvya kuryosha igiteramo kandi aribo bahawe...
AUDIO
VIDEOS
New Video : Om-B Adam – Dawa
Umuririmvyi Om-B Adam yagaragaye mu ndirimbo nshasha yitwa « DAWA» Indirimbo ikaba ifise amasanamu meza cane.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri...
VIDEO NSHASHA | Alvin Smith Double Jay – Hahiye |...
Umuririmvyi ndetse umukinyi wa mareresi Alvin Smith yakoranye indirimbo Hahiye n'umuririmvi Double Jay asazwe ari mumugwi Bilimani Boy. irabe ngaha
https://www.youtube.com/watch?v=fBUdxkIBZRY
https://www.youtube.com/watch?v=ZrflqCXBy60
Audios
NEWS
Lolilo na Loliane bifuriza umwana wabo Saouar Simba isabukuru rwiza
Saouar Simba n'umwana wa Lolilo Simba Ntare na Loliane akaba yavutse kumusi wa gatanu kwigenekerezo rya 26 Nyakanga 2020, abicishije kuri instagram wiwe lolilo...
AUDIO
VIDEOS
Video MPYA : Kirikou Akili kakuletea hii Nuwo (Pierre NKURUNZIZA) |...
Msanii Kirikou Akili baada yakutimuliwa ndani ya Recod lebal ya Bantu Bowy nakuwa huru sasa ame amuwa kuweka hadharani video yake yakwanza pan=sina kuwa...
VIDEO LYRICS MPYA | Channy Queen – Fomila | DOWNLOAD
Msichana ngulu wamuziki wa Buja Fleva Channy Queen baada ya kuto sikika kwa zaidi ya mwaka ndani ya Buja Fleva hatimaye ame achia nyimbo...