Home ENTERTAINMENT Primusic 2023 Rigiye kugaruka inyumya yi mwaka 4 itaba

Primusic 2023 Rigiye kugaruka inyumya yi mwaka 4 itaba

1127
0
Kur’uno wa kabiri, igenekerezo rya 23 Rusama 2023, niho ishirahamwe Brarudi biciye mu kinyobwa cayo Primus ryatanguje icese ihiganwa Primusic 2023 inyuma imyaka 4 itaba, iyo ika ari inkuri nziza kuba ririmvyi bari bayinyotewe.
Umuririmvyikazi Esther Nish, B Face on The’flo, Double Jay hamwe na Kirikou Akili nibo bironkeye akadili kuyumwaka koku zoherekeze ihiganwa Primusic 2023 rikaba rigarutse ku ncuro yaryo ya 5 ku civugo kivuga giti ” IMPANO YAWE NIYO MATEKA YAWE”
Tubibutse ko iryo higanwa rimaze gutsindira abaririmvyi nka Rally Joe, Patien Matabaro, Christian Niteretse na Tetero Laurette.
Muruno mwaka bikaba bitegekanijwe ko abazotsindira iryo higanwa , uwambere azotahukana imiliyoni 30 z’amarundi, uwakabiri imiliyoni 15 hama uwagatatu imiliyoni zitanu.
 
Ukwiyandikisha bikaba vyaratanuye aho biyandikishiriza kuri page ya facebook ya Primusi Burundi.
59470cookie-checkPrimusic 2023 Rigiye kugaruka inyumya yi mwaka 4 itaba
Previous articleVIDEO NSHASHA | Mr Champagne – BITU BIKO BIEN | DOWNLOAD
Next articleRumonge : Inyuma yogusiba Igiteramo Ndumuhatari Concert kizakuba uno musi.