15 November 2022 0 Imyiteguro ya Nyuma y’Intamba Murugamba mu gutana imitwe na Côte d’Ivoire By KAMIKAZI Kuruyu wakabiri ingenekerezo rya 15 Munyonyo 2022 niho ulugwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba niho uza gukora imyimenyerezo yawo ya…
15 November 2022 0 Qatar ntiyerekwa Inzoga mu Mahiganwo y’Umupira w’Amaguru kw’Isi 2022 By H. Mervis Ishirahamwe Budweiser aribo abafatanya bikogwa wi gikombe c’isi 2022, risabwa ko bokwimura amaduka yabo yi nzoga bari bamaze gushira hanze…
14 November 2022 0 Abanyamuzi ndundi 12 nibo bitabiriye ihiganwa ryiswe Visafor Music mu gihugu ca Maroc. By KAMIKAZI Kuruya wambere igenekerezo rya 14 Munyonyo 2022, abaririmvyi Andy, Big Fizzo, Masterland, Mwag, Falasha n’abandi bafashe urugendo bagana mu hisaga…
2 November 2022 0 VIDEO NSHASHA | H-Bekah – Vimeumana | Download By H. Mervis umuririmvyi arimumugwi The Twins band H Bekah ya sohoye amasanamu video y’indirimbo yiwe nshasha yitwa ‘Vimeumana. Urashobora kugira play ukayiraba…
2 November 2022 0 Beshi ntiba menya gukukoresha ivyiyumviro vyabo amajambo ya Sat-B By H. Mervis Umuririmvyi Sat-B yavuze amajambo yakome kubuzima bw’umuntu mu gutanga impanuro kubantu bibaza ko ubuzi arihiganwa ngo iyaba ari ihiganwa twe…
1 November 2022 0 Ngiyi Indirimbo yanje Nshasha “RIRIMBA’ Amajambo ya Sasa Sandra By H. Mervis Kucuro yambere umuririmvyikazi aririmba indirimbo zoguhimbaza Imana arizo Gospel Sasa Sandra yagaragaje ko vuba agiye gosohora indirimbo yiwe yambere Nshasha…
1 November 2022 0 VIDEO : Mzarawu kazi kufa masikini / kuuza mihogo (Maisha Ndohaya ) By H. Mervis KIPINDI : MAisha ndahaya : Kwenye maisha panatakiwa subira ili mafaanikio ya onekana kweli mzarawu kazi kufamasikina, kijana kazi yake…
1 November 2022 0 VIDEO NSHASHA | D-One ft Social Mula – Body | Download By KAMIKAZI Umuririmvyi womuri Buja Flavour D-One kucuro yambere yakuzaniye indirimbo yakotanye n’umuririmvyi wo mugihugu c’Urwanda Social Mula, Indirimbo nshasha yitwa ‘BODY’.…