Home ENTERTAINMENT Rumonge : Inyuma yogusiba Igiteramo Ndumuhatari Concert kizakuba uno musi.

Rumonge : Inyuma yogusiba Igiteramo Ndumuhatari Concert kizakuba uno musi.

393
0

Umuhinyanyuzi akaba n’umuririmvyi wo mu ntara ya Rumonge Uncle B Mwani Claissic asaba abankuzi b’umuziki wiwe n’abanya Rumonge muri rusangi gusidukana niyonka kuza kumushigikira mu giteramo kiza kuba unomusi kuwa gatandatu itariki 27 Rusama 2023 NDUMU HATARI REMIX CONCERT, igiteremo kiza kubera kumu gwa mukuru wiyo ntara muri Zoom Sky Banda Jazz.

Ico giteramo kikaba cari kuba kundwi yakabiri y’ukukwezi itariki 15 Rusamo 2023 kitashoboye kuba kumvo yuko uwari yagiteguye Uncle-B amagara ya ciye amukika.

Tukwibutsa ko abaririmvyi baririmvyi muriyo indirimbo Ndumu Hatari remix nibo bitezwe ko baza kuririmba ni : Uncle-B Mwami Classic, Kamanda Mkuu, Forever Band, FabbyTozzy, Ebadass Dhazon na Fen-G, hakaba hitezwe n’abandi baririrmvyi nka Tigger Brizz, DYD Umurunga n’abandi. Kwinjira mubugamwo busazwe ni 3.000 FrBU na 5.000 frBU mubugamwo bwiteka.

59510cookie-checkRumonge : Inyuma yogusiba Igiteramo Ndumuhatari Concert kizakuba uno musi.
Previous articlePrimusic 2023 Rigiye kugaruka inyumya yi mwaka 4 itaba
Next articleVIDEO NSHASHA | We Love Muzika – Jolie | DOWNLOAD