Home NEWS Burundi : Ntakintu kiboneka kimaze gushikwako cavuye m’umugambi “Ewe Burundi Urambaye” igihugu...

Burundi : Ntakintu kiboneka kimaze gushikwako cavuye m’umugambi “Ewe Burundi Urambaye” igihugu cokwirata

151
0

Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu yabivuze kuri uyu 29 Gitutugutu, igihe yaratahutse ava munama ijanye n’ibidukikije yabereye mugihugu ca Congo Brazzaville.

Umukuru w’igihugu,avuga ko uravye igihe uwo mugambi umaze,ngo haba haza harabonetse niburiburi igitara c’ibiti bimaze guterwa, igihugu cokwerekana mumakungu,aho agakebura abajejwe uwo mugambi,kuza barakurikirana ivyo biti,haba mukubikingira n’ibindi

Evariste Ndayishimiye,atera akamo abantu bose n’abo mugisagara,kwijukira gukingira ibidukikije , ubushikiranganji bubijejwe nabwo bufashe bimwe biboneka murico gikorwa.

72690cookie-checkBurundi : Ntakintu kiboneka kimaze gushikwako cavuye m’umugambi “Ewe Burundi Urambaye” igihugu cokwirata
Previous articleUbwato “Musumba Cargo” buherutse gukorerwa hano Burundi ngo bwoba bwaragize ikibazo, bugasa n’ubumanyutse bugitangura gufata urugendo.
Next articleMuri IGEBU ngo “nta bavurati babaho”. Uno muvurati wo mu Ruyigi nawe ati “ntasubijwe inkwano zanje umutumba wose nta mvura uzosubira kuronka”