Home ENTERTAINMENT Natacha Burundi yoba yari gusa kuriyi sanamu?

Natacha Burundi yoba yari gusa kuriyi sanamu?

121
0

Umuririmvyikazi Ngendabanka Natacha Burundi yagaragaye kw´isanamu iyo nayo ikaba iriko ivugisha benshi ku mbuga hwaniro.

Uyo muririmvyikazi yabonetse kuri iyo sanamu yambaye agahuzu kagufi asa nuwiterera hejuru(Gusimba). Binagaragarako yari kunkengera z´ikiyaga (beach) ako gahuzu kagururwa n´umuyaga.

Nubwo iyo sanamu iriko ikwiragira kumbuga ngurukanabumenyi; ntawuziko uyo muririmvyikazi yoba ariko ategura amasanamu y´indirimbo nshasha canke ko yoba yarikunezerwa ku Kiyaga.

Kurubuga rwiwe rwa Meta(facebook) Natacha Burundi mururimi rw’icongereza, kuri iyo sanamu yanditsi ati ati “Ndabasavye ntimukwege iyi foto” (please don’t zoom)

Ikimenyerewe nuko abaririmvyi benshi bakunda gukora ibintu bidasanzwe na cane cane iyo bari mugishira ahabona ibikorwa vyabo bishasha.

67970cookie-checkNatacha Burundi yoba yari gusa kuriyi sanamu?
Previous articleFamous yegukanye Izere Award 2023
Next articleFounder Tz yoba agiye kuboneka muri Wasafi festival