VideoNSHASHA : Mr Champange akuzaniye aya masanamu manshasha
26 décembre 2022Ni camamare cawe mu muziki ndundi, Mr Champagne akaba yashimye ko yoguha amasanamu manshasha y’indirimbo yiwe yise « Cherie Coco » indirimbo yaramaze kushira ahabona audio yayo.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose kuko icocamamare aravye asome ivyo mwamwandikiye.
Facebook Comments Box
480000cookie-checkVideoNSHASHA : Mr Champange akuzaniye aya masanamu manshasha