Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : B Face aciye umugani uteye impari kubakunzi biwe

INKURU ISHUSHE : B Face aciye umugani uteye impari kubakunzi biwe

98
0

Umuririrmvyi aririmba umudiho wa Hip Hop “Akakera” B Face yaciye umugani ukomeye watumye abasanze bamukurikira kwibaza ibibazo vyishi ” imisuzi y’ibikere ntibuza inzuzi gutemba”.

Ifoto yo kuri Instagram

B Face yavyanditse kuri instagram yiwe mbere agira na promo y’indirimbo yiwe.

Mediatricempawe ati Ndasavye usigurire uwo mugani plz kandi usigaye utinya kudisinga ukobirikose wubahwe brotherĀ 
Aloysvanbeneden ati : we Boniface uzosha ndakesira
Haramahorojoiede ati : Babwire nubwo usigaye utinya kudisingana kbx
18270cookie-checkINKURU ISHUSHE : B Face aciye umugani uteye impari kubakunzi biwe
Previous articleVIDEO LYRICS | Big Fizzo – Hangama | Downoload
Next articleINKURU ISHUSHE (BONGO) : “Nshaka Umugabo Umuzungu afise Amahera” – Rose Muhando

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here