INKURU ISHUSHE (BONGO) : « Nshaka Umugabo Umuzungu afise Amahera » – Rose Muhando

INKURU ISHUSHE (BONGO) : « Nshaka Umugabo Umuzungu afise Amahera » – Rose Muhando

18 janvier 2022 0 Par H. Mervis

Umuririmvyi windirimbo ndora Mana na Hit Maker wa ‘Utamu wa Yesu’ Rose Muhando yavuze asaba aronke umugabo w’umuzungu atari umwirabure kandi afise amahera atari nyarucari.

Rose Muhando yabishize kuri instagram yiwe ivyo agira na promo y’indirimbo yiwe mbere yandika igisabo ciwe yoshima ko vyokunda muruno mwaka mushasha 2022.

« Yesu nitendee, ombi langu mwaka huu nataka nipate mume mzungu na mwenye ela« .

Facebook Comments Box
18320cookie-checkINKURU ISHUSHE (BONGO) : « Nshaka Umugabo Umuzungu afise Amahera » – Rose Muhando