Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Big Fizzo Amukubise Hasi Natacha Burundi Kuma Vues

INKURU ISHUSHE : Big Fizzo Amukubise Hasi Natacha Burundi Kuma Vues

262
0

Nimugihe indirimbo “Hangama” ya Big Fizzo hamwe n’indirimbo “Nushimwe” ya Natacha Burundi zasohekeye umuzi umwe kuwa wambere igenekerezo rya 17 Nzero 2022 ariko izo ndirimbo biriko biragaragara ko zisumbanye gukundwa mubakunzi bumuziki ndundi nkuko biriko biraboneka kuri youtube.

Muburundi ubu abantu beshi basigaye bahurumbira kuraba indirimbo zifise amasanamu (Video) gusumba audio ariko ivyo ntibiriko birabuza kubona indirimbo ya Natacha Burundi “Nushimwe” video irihasi cane kundirimbo ya Big Fizzo kuko imazekurabwa nabarorerezi barenga 10.000 Vues kumisi ibiri gusa nayo indirimbo ya Big Fizzo “Hangama” yoyo ari Video Lyrics imaze kurabwa n’abarorerezi barenga 23.000 Vues nukuuga barenga icuro zibiri kubarororezi bindirimbo ya Natacha.

Hangama by Big Fizzo

Nushimwe by Natacha Burundi

18470cookie-checkINKURU ISHUSHE : Big Fizzo Amukubise Hasi Natacha Burundi Kuma Vues
Previous articleINKURU ISHUSHE (BONGO) : “Nshaka Umugabo Umuzungu afise Amahera” – Rose Muhando
Next articleINKURU ISHUSHE : Kumbe Bidondo Arafise Shop Yiwe?

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here