Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Kumbe Bidondo Arafise Shop Yiwe?

INKURU ISHUSHE : Kumbe Bidondo Arafise Shop Yiwe?

238
0

Umuririmvyi akaba n’umukinyi wamarersi atwenza (comemedien) Generencha Bidondo abicishije kumbuga ziwe abandanya ahimiriza abakunzi bibikogwa vyiwe kumushigigikira nokumoteza imbire muku mushorera idindazwa kuri shop yiwe, aho akaba yerekana impuzi zubwoko butandukanye , ivyo bikaba bigaragara ko Bidondo akora urudandazwa gwokugurisha impuzi kuri shop.

Iyo shop ya Bidondo ikaba yitwa BIDONDO FASHION ikaba iri mu Bwiza kwibararabara 6 avn’29. Bidondo akaba yasavye ko mwomushorere aho muri hose ico uguze cogushikira naho wogura commande uciye kuri telephone,  Bidondo ati :

Karibu utushorehe Bidondo Fashion iko Burundi -Bujumbura -Bwiza ku 6 avn’29 pembeni ya biso na biso bar tél direct ou WhatsApp +25779900592 ao +25775217125 WhatsApp

Abastars benshi mu Burundi ntibashira ahabona ubutunzi bwaho, benshi rero  baribaza nikuki banyegeza ivyobatunze? canke ntavyo bafise? ariko tuzi kobamwe bamwe bagira mumiguga mbeheho niyabo bwite cabke niyo babab batijijwe?

18500cookie-checkINKURU ISHUSHE : Kumbe Bidondo Arafise Shop Yiwe?
Previous articleINKURU ISHUSHE : Big Fizzo Amukubise Hasi Natacha Burundi Kuma Vues
Next articleVIDEO NSHASHA | Alphonse African Boy ft Mb Data – Bujumbura Oyee | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here