Accueil » Archives pour KAMIKAZI
26 décembre 2022
Par
KAMIKAZI
Marikia wawe w’umuziki ndundi, Natacha Burundi yeretse abakunzi biwe look yiwe nshasha aho benshi bamuteye amashugwe muku mwereka ko bakunze…
24 décembre 2022
Par
KAMIKAZI
Raba niyi video : Partie 2 | English ifise akahe kamaro mubzi | Mu Rumonge Turakivuga
20 décembre 2022
Par
KAMIKAZI
Umuririmvyi Big Fizzo yagarautse n’iyindi ndirimbo nshasha ikaba yitwa Ndabizi, Ndabizi ikaba ifise amasanamu. Urashobora kugira play ukayiraba ngaha.
9 décembre 2022
Par
KAMIKAZI
Abamuririmvyi Double Jay na Kirikou Akili bagarutse kuyindicuro aho bamuzanye umuririmvyi wo mugihigu c’Urwanda Bruce Melodie mundirimbo yabo nshasha video…
9 décembre 2022
Par
KAMIKAZI
Kuncuro yambere umuririmvyi Kidum yakoranye indirmbo n’umuririmvyikazi Miss Erica mundirimbo nshasha ifise n’amasanamu video yitwa ‘Ndaberewe. Urashobora kugira play ukayiraba…
9 décembre 2022
Par
KAMIKAZI
Umuririmvyi D One yavuzeko mu ntara ya Rumonge yahakunze aho yishimira kubaho mbere akana rongora ivyo akaba yabivuze mukiganiro yakoranye…
9 décembre 2022
Par
KAMIKAZI
Mutoni Liesse yigewe guhatanira igitsibo ca Miss Burundi 2021 aserukiye intara ya Kirundo yaraye yibarutse ikibaonye kuruyu wakane igenekerezo ryu…
7 décembre 2022
Par
KAMIKAZI
umuririmvyikazi Olga Lorie umwe mubigeme bazwi cane mukuririmbi live music yashimwe kuvu mugacerere yaramazemwo imisi akaba yashimye ko yogaruka muyindi…
28 novembre 2022
Par
KAMIKAZI
Just like on Top secret Benefits, a sugar baby or a sugar daddy can confirm their accounts by uploading a…
24 novembre 2022
Par
KAMIKAZI
VIDEO : Uncle B Afunguka kuhusu kuowa/ Kifo cha mama yake muzazi