VIDEO | D ONE AREMEJE KO AGIYE KUBA MU NTARA YA RUMONGE

VIDEO | D ONE AREMEJE KO AGIYE KUBA MU NTARA YA RUMONGE

9 décembre 2022 0 Par KAMIKAZI

Umuririmvyi D One yavuzeko mu ntara ya Rumonge yahakunze aho yishimira kubaho mbere akana rongora ivyo akaba yabivuze mukiganiro yakoranye n’umumenyesha makuru Sule S Ndimu, murico kiganiro D One ya vuze ugukorana indirimbo na Social Mula umuhanzi wo Mu Rwanda carikimwe mu cifuzo ciwe kandi n’umuririmvyi akunda mu Rwanda.

Facebook Comments Box
44640cookie-checkVIDEO | D ONE AREMEJE KO AGIYE KUBA MU NTARA YA RUMONGE