Home ENTERTAINMENT Umwana yankwa niwe akura.

Umwana yankwa niwe akura.

208
0

Ayo n’amajambo yanditswe Monia fleur umuririmvyikazi w’umurundikazi kuri uyu wa Gatandatu kurubuga rwiwe rwa facebook. Ayo majambo yakurikijeko amafoto ari munzu ihinyanyura umuziki.

Uyo yaririmvye indirimbo Faible abishikirije inyuma yaho hamaze iminsi hahanwa hanwa amasanamu y’abantu bariko barangura amabanga yabubatse. Amajambo akurikira ayo masanamu akaba avugako vyoba vyabereye i Dubaï  aho abatandukanye bavugako umupfasoni agaragara muri iyo reresi ari Monia

Muri ivyo yacishije kuri urwo rubuga akaba atemeza canke ngo ahakane ivyo bamuvugako ariko akaba yahisemwi kwandiha hash tag femme de valeur.

Iyo reresi yaje inyuma yaho uyo muririmvyikazi yandikiye kurubuga rwa instagram avugako muvyo agiye guheba uyu mwaka wa 2024 harimwo kwisambanya.

73850cookie-checkUmwana yankwa niwe akura.
Previous articleIndirimbo SMILE ya Masterland yakagurutse kuri youtube
Next articleAmahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.