Home ENTERTAINMENT Indirimbo SMILE ya Masterland yakagurutse kuri youtube

Indirimbo SMILE ya Masterland yakagurutse kuri youtube

246
0

Umuririmvyi Masterland yari yahuye nicago gikomeye ikomeye inyuma yaho indirimbo yoye SMILE yari yakuweko kuri chanel yiwe ya youtube aho nimugihe yarimaze imisi Mike isohotse, naho biruko impamvu yogukurwako ntiyamenyekanye gushika ubu.

Masterland abicishije kuri instagram yiwe ahejeje kwerekana umunezero kubona iyo ndirimbo yiwe yagarutse kuboneka inyuma y’imisi 10 itariko akaba Yanditse ati :”Mfise umunezero wo kubabwira ko twasubiranye umuhora wacu wa Youtube inyuma y’imisi hafi cumi. Indirimbo SMILE yasubiyeko inyuma yo gukurwako biturutse kubantu bafise Intumbero mbi batumye ija mu bihano, ariko tukizera ko bigiye kugenda neza.
Mukomeze kuryoherwa n’impera z’umwaka na SMILE. ”

73800cookie-checkIndirimbo SMILE ya Masterland yakagurutse kuri youtube
Previous articleUburundi bwabaye icibare k’ubaririmvyi bo mu Rwanda
Next articleUmwana yankwa niwe akura.