Home ENTERTAINMENT Amahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.

Amahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.

378
0

Ubwo ni ubutumwa butangwa n’imuririmvyi mpuzamakungu Nimbona jean Pierre .
Uyo amenyekana kumazina ya Kidum kibido ibikorwa ariko akora bijanye n’umuziki ariko abiha intumbero yo gucimbataza amahoro n’umutekano no kwitaho abari mubihe bigoye(Humanitaire)

Igenekerezo rya 29 Kigarama 2023 Kidum yari yagiye kuremesha igiteramo mwi kambi y’impunzi ya Kakuma mugihugu ca Kenya.
Kuba yarahisemwo kuja gusangira n’impunzi z’iva mubihugu bitandukanye nukwo uyo muririmvyi atahura ingaruka zo kuba impunzi.

Kidum nawe yabaye umwanya muto mugihugu ca mavukiro yanditse kurubuga rwiwe rwa facebook asababira amahoro akare.
Ivyo abishikirije mugihe mubihugu bitandukanye harangwa umutekano muke, n’imigenderanire itifashe neza hagati yibihugu bimwebimwe ibituma abanyagihugu bivyo bihugu bagira ubwoba.

73880cookie-checkAmahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.
Previous articleUmwana yankwa niwe akura.
Next articleIronkera amahigwe yogutahukana 100$ kuri AMINAH DANCE.