Home ENTERTAINMENT Ironkera amahigwe yogutahukana 100$ kuri AMINAH DANCE.

Ironkera amahigwe yogutahukana 100$ kuri AMINAH DANCE.

77
0

Batatu bambere bazoronka ibihumbi amajana atandatu namirongo umunani vy’amafaranga y’amarundi ( 680.000Fbu )

N’umuririmvyi  w’umurundi  yakoranye na n’umuririmvyi Double Jay yitwa Laingze Mc , akaba ahejeje gutanga Challenge kubatamvyi bose ku ndirimbo yiwe “Aminah”

Uko mubigenza n’uku :

1. Ifate Aka Vidéo gato uriko uratamba  indirimbo yiwe AMINAH ;
2. Karungike kuri numéro +257 69 694 844 ;
3. Bazoraba Video irimwo ubuhinga , bongere barabe Uwo video yakunzwe nabeshi  ;
4. Uwambere azohabwa ama Dollar 100$ , uwa kabiri ahabwe ama Dollar 50$ , uwagatatu ahabwe ama Dollar 20$

Ikindi womenya nuko Igihanwa ryatanguye kuruno munsi rizohera 01-01-2024

Video bazozicisha kuri Page yiwe : Laingze MC

GERAGEZA AMAHIRWE YAWE

73940cookie-checkIronkera amahigwe yogutahukana 100$ kuri AMINAH DANCE.
Previous articleAmahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.
Next articleIkibanza c’iratiro c,amashuha kiri ku mutumba Mugara co ba kigiye guhabwa abikorera ivyabo