Home NEWS Ikibanza c’iratiro c,amashuha kiri ku mutumba Mugara co ba kigiye guhabwa abikorera...

Ikibanza c’iratiro c,amashuha kiri ku mutumba Mugara co ba kigiye guhabwa abikorera ivyabo

607
0

Ivyo vyashikirijwe na Jacques Bigirimina umuyobozi mukuru ajejwe igisata c,ingenzi m’ubushiranganji muvyo bujejwe harimwo Ingezi.

Uyo muyobozi ngo ntatahura igituma ico kibanza gihurumbirwa n’abarundi n’abanyamahanga kidatunganywa neza kandi gisanzwe cinziza amafaranga.Akabonako amafarnga atozwa muri ico kibanza akoreshwa ivyo atagenewe. Hari kuribuyu wakane aho yari yagendeye ico kibanza.

Bigirimana yongeye agarati nagahombo kanini kugihugu n’abanyagihugu.Aho yamenyeshejeko ico kibaza n’ibindi bibanza vyiratiro bigiye guhabwa abarwizatunga babitegure kugirango igihugu kibivyaze umusaruro.

Augustin Minani arongoye komine Rumonge we amenyeshako ingingo yo gushira muminwe yabikorera ivyabo ico kibanza batarayimenyeshwa.Amenyesha ahubwo komine Rumonge iriko itegura gusubiramwo ico kibanza c’iratiro

73970cookie-checkIkibanza c’iratiro c,amashuha kiri ku mutumba Mugara co ba kigiye guhabwa abikorera ivyabo
Previous articleIronkera amahigwe yogutahukana 100$ kuri AMINAH DANCE.
Next articleKaberna yahoze ari umumenyeshamakuru kuma samirizi atandukanye , agiye gukorana indirimbo na Kellyna.