Home ENTERTAINMENT Kaberna yahoze ari umumenyeshamakuru kuma samirizi atandukanye , agiye gukorana indirimbo na...

Kaberna yahoze ari umumenyeshamakuru kuma samirizi atandukanye , agiye gukorana indirimbo na Kellyna.

164
0

Kaberna beshi bahora bamuzi mubiganiro bitandukanye nk’umumenyeshamakuru kuma samirizi yo Mu Burundi nka CCIB FM , BLACK FM na Igicu TV n’izindi.

Tukwibutse ko KABERNA yagiye mumwuga wokumenyeshamakuru yari asanzwe aririmba , ubu akaba asubiye kuvyura impano yiwe yo kuririmba mugukorana indirimbo n’umuririmvyikazi ariko arabizamwo neza yitwa Kellyna aherutse gusohora indirimbo “CINÉMA” indirimbo imaze amezi atandatu gushika ubu ikaba imaze kurabwa n’abantu barenda 140.000.

Cinema

74100cookie-checkKaberna yahoze ari umumenyeshamakuru kuma samirizi atandukanye , agiye gukorana indirimbo na Kellyna.
Previous articleIkibanza c’iratiro c,amashuha kiri ku mutumba Mugara co ba kigiye guhabwa abikorera ivyabo
Next articleDrama T aridogerwa cane nuwatsinze ihiganwa rya ( KODE CHALLENGE ) , umutamvyi yitwa Tony Thibaut