Home ENTERTAINMENT Ibiteramo mu Rumonge birabandanya

Ibiteramo mu Rumonge birabandanya

257
0

Inyuma ya Olegue aheruka gukor’igiteramo mu gisagara ca Magara, komine Bugarama y’intara ya Rumonge, umuririmvyi MB Data nawe ati natanzwe.

Data agiye gukor’igiteramo mu gisagara ca Rumonge kuwa 16 Nyakanga nk’uko bigaragarira kumaaffiches yamaze kuj’ahabona.

Abaririmvyi bo mu ntara ya Rumonge babikoze neza mw’ihiganwa rya Izere Award aribo Ebadass Dhozen na Man Theo bari mubazofasha MB Data guteramika abanyarumonge.

69240cookie-checkIbiteramo mu Rumonge birabandanya
Previous articleDiamond Platnamuz abandanya akora ibitangaza mu muziki.
Next articleSport : Uburundi ngo butegerezwa kuja muri Cote D’Ivoire