Home ENTERTAINMENT Sport : Uburundi ngo butegerezwa kuja muri Cote D’Ivoire

Sport : Uburundi ngo butegerezwa kuja muri Cote D’Ivoire

198
0

Kuruyu wakabiri  12 Nyakanga umugwi nserukiragihugu w’uburundi Intamba mu rugamba uzotana mumitwe n’intambwe zitingingwa za Cameron mu rukino rwanyuma rwo kurondera itike yo kuzokwitabira inkino z’igikombe ca Africa zizobera muri Cote D’Ivoire mumwaka uza.

Yishura kukibazo :”N’izihe tactiques mwiteguriye gukoresha?” c’umumenyeshamakuru mu gihugu ca Cameron, umumenyereza w’intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije yagiz’ati :” Nta vyatactiques, dutegerezwa gutsinda”.

Gutsinda canke kunganya bizoh’amahirwe Intamba mu rugamba kwironker’itike yo kuja muri Cote D’Ivoire.

Urwo rukino ruzoba igihe c’isaha zitatu zo mu Burundi ruzokwerekanwa runatangazwe ikibiriraho mu bigo vya Radio Shima FM.

69280cookie-checkSport : Uburundi ngo butegerezwa kuja muri Cote D’Ivoire
Previous articleIbiteramo mu Rumonge birabandanya
Next articleMusic Audio : Uncle b mwami Classic ft DYD Umuranga – Merida