Home NEWS Rumonge: Ibiraro vyo ku mugende wa Mugerangabo bikwiye gusanurwa

Rumonge: Ibiraro vyo ku mugende wa Mugerangabo bikwiye gusanurwa

1079
0

Ibiraro bihuza imitumba ya Centre Urbain, Birimba na Kanyenkoko mu gisagara ca Rumonge birageramiwe namazi y’imvura azanana mu mugende wa Mugerangabo.

Zimwe mu mbaho¬† zivyo biraro zaramatwuwe n’amazi mu gihe izisigaye zarabunzwe. Abenegihugu baca kurivyo biraro bavugako batoroherwa kuko bisaba kuraba neza ahushinga ukuguru.

Mu gihe basaba komine ya Rumonge kwubaka ibiraro bikomeye, Minani Augustin musitanteri w’iyo komine arabahumuriza ko mu r’ici ivyo biraro bigiye gusanurwa. Uyo muyobozi ate r’akamo abanyagisagara ca Rumonge kwimba ibinogo bijamwo amazi y imvura ava ku mazu kuko ngw’ayo mazi ari muyabangimiye igisagara ca Rumonge.

59060cookie-checkRumonge: Ibiraro vyo ku mugende wa Mugerangabo bikwiye gusanurwa
Previous articleUmukunyi wama reresi Nagwe Og ahimbaza isabuku y’amavuko
Next articleGodas Muhoza Akurira Ishapo indirimbo DARLING ya Monia Fleur na Mo’w Kenzie