Home ENTERTAINMENT Umukunyi wama reresi Nagwe Og ahimbaza isabuku y’amavuko

Umukunyi wama reresi Nagwe Og ahimbaza isabuku y’amavuko

1078
0
Kuruyu wagatanu igenekerezo ry a 19 Rumosa umukinyi w’amareresi yo mu gihugu ca Tanzani Nagwe og ari muvyishimo vyishi mu guhimbaza isabukuru y’amavuko, Nagwe abicishije kuri page yiwe ya facebook yashimiye cane Imana kumwongera uyundi mwaka aca ashimira n’umuvyeyi ya mwebarutse.
Nagwe ati: “Asante MUNGU kwa kunipa wakati mwengine tena na kunipa tena muda wa kuwa mpya ,lakini pia niseme asante kwa MAMA YANGU kipenzi mama hamiltoni lakini pili niseme asante mzee wangu ‘baba yangu kipenzi william, alafu tatu kabisa niseme asante kabisa chizi wangu japo kuwa sikuhizi sipigwi mabusu nambiwa sigara nyingi sawa @grace_lumambinakupenda sana mchumba lakini pia asanteni sana mashabiki wangu ambao mnasaport kazi zangu kiujumla NAWAPENDA NYOTEHAPPY BIRTHDAY TO ME.”
Tukwibutse ko Nagwe aheruka mu gihugu c’Uburundi mu ntara ya Rumonge gukina ireresi.
59020cookie-checkUmukunyi wama reresi Nagwe Og ahimbaza isabuku y’amavuko
Previous articleWeekend Rap na HIP HOP COMPTETITION
Next articleRumonge: Ibiraro vyo ku mugende wa Mugerangabo bikwiye gusanurwa