Home ENTERTAINMENT Weekend Rap na HIP HOP COMPTETITION

Weekend Rap na HIP HOP COMPTETITION

931
0
Kuruyu wagatanu igenekerezo rya 19 Rusama 2023 hara tegekenije ihiganwa kubafise impano yokuririmbo indirimbo z’umudiho wa Hip Hop, iryo higanwa rikaza kubera kukibuga ca Tempete aho kwinjira arikubutu.
Uririmvyi rurangiranwa mumu diho wa Hip Hop mu Burundi Mkombozi Lucifer azakuronka akanya kokuririmba, mwese murahawe ikaze.
58980cookie-checkWeekend Rap na HIP HOP COMPTETITION
Previous articleAbakozi bambere bagiye gukorera mu bihugu vyabarabu bafashe urugendo.
Next articleUmukunyi wama reresi Nagwe Og ahimbaza isabuku y’amavuko