Home NEWS BURUNDI : Inoti 10000 na 5000 za giye hehe?

BURUNDI : Inoti 10000 na 5000 za giye hehe?

195
0

Inoti za 1000 na 5000 zirahari zikwiye ahubwo ni umukenyuro wa banki nkuru y’iguhu mukugerageza guhangana n’abadandaza amafaranga.

Iyo ni inyishu ya Normand Bigenda umukuru wa banki nkuru BRB.

Ivyo uyo arongoye banki nkuru BRB akaba yabishikirije muruganda rwo kuri uyu 7 Ntwarante rwo kwerekana amafaranga y’igice ca mbere c’umwaka 2024(Déclaration de la politique monétaire)

Kubafise amakenga ko abadandaza bakoresha amafaranga menshi boyabura, amenyeshako bokoresha uburyo bwo guhanahana mahera ava kuri konti aja kuyindi(transfert bancaire)

Kibijanye n’inoti 100 ngo abarundi bohumura kuko ngo mukiringo ca vuba iyo noti izosubira kuboneka kuregero rushimishije.

75240cookie-checkBURUNDI : Inoti 10000 na 5000 za giye hehe?
Previous articleRumonge: Idongozi z’amadini zisaba kurekurirwa gutunganya ibiteramo.
Next articleInyima y’imwyaka 6 atagiteramo akoreye mukinama, B face agiye gukora Igiteramo.