Friday, April 19, 2024

Ngo naho mutamuhaye amashurwe yarayiguriye!

0
Umuririmvyikazi Monia fleur kumbuga ngurukana bumenyi agaragara ari ahantu heza cane afise umufugo wamashurwe. Mubutumwa yakuri kije izo sanamu yagize ati "barayanyimye none ndayiguriye nakare...

Ntacijana ku ba Star.

0
Umuririmvyi karume Abubakar Sat-B ntacakora ngo agende atakimenyeshe abakunzi biwe. Aho yagaragarije aherutse kwereka abakunzi biwe bamukurikirana kumbuga ngurukana bumenyiko aherutse kugura téléphone nshasha izimvye. Nkuko...

Umurwi w’abaririmvyi ukoranye Imyaka 17 batavana

0
Bitwa Redempion Voice , Imyaka 17 irarumanye baririmba nk'umurwi uririmba indirimbo zihimbaza IMANA ( Izo beshi bitwa bitwa Gospel ) Muntumbero yokwigina iyi myaka bamaze...

Love is mystery Ep Yoba yarahebwe?

0
Mumpera z'umwaka wa 2023 ,umuririmvyi Msamaria Danielo asanzwe ya muka mugisagara ca Rumonge yamenyesheje abakunzi biwe ko agiye gushira ahabona urukurikirane rw'indirimbo. Uyo ubu abarizwa...

“Vyose ndabikesha mwebwe”

0
Ubwo ni ubutumwa Dieudonné Ndayikengurukiye D-one, yahaye kunzi biwe canecane abakutikire urubuga rwiwe rwa youtube Ubwo butumwa yabushikirije inyuma yaho indirimbo yiwe "Sitaki" imaze ukwezi kumwe...

Indirimbo 2 ( Tuzogumana na Cupa) z’umuririmvyi El_Pro zakuwe Ku rubuga rwa Youtube.

0
Ivo yatumye izi ndirimbo zikurwa kuri uru rubuga ikaba yamaze kumenyekana. Uburongozi bw'inzu ihinyanyura imiziki Mirire Makerz akaba aribwo bwatanze ikirego ku rubuga rwa...

Mu ndwi iza umuririmvyi Drama-T azosohora indirimbo yiwe yambere muri uyu mwaka w’2024

0
Ibi akaba yabimenyesheje abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook ndetse akaba yanasavye abakunzi biwe guhitamwo umusi iyi ndirimbo yo yisohorerako.  Ikiriko gitangaza abatari bake n'uko...

Drama T aridogerwa cane nuwatsinze ihiganwa rya ( KODE CHALLENGE ) , umutamvyi yitwa...

0
Tony Thibaut Amwagiriza kutamuha Amafaranga yose yatsindiye ( 1.000.000 Fbu ) , ahubwo akamuha ibihumbi amajana atanu nayo nyene bigoranye . Uyu mutamvyi aganira n'ikinyamakuru...

Kaberna yahoze ari umumenyeshamakuru kuma samirizi atandukanye , agiye gukorana indirimbo na Kellyna.

Kaberna beshi bahora bamuzi mubiganiro bitandukanye nk'umumenyeshamakuru kuma samirizi yo Mu Burundi nka CCIB FM , BLACK FM na Igicu TV n'izindi. Tukwibutse ko KABERNA...

Ironkera amahigwe yogutahukana 100$ kuri AMINAH DANCE.

Batatu bambere bazoronka ibihumbi amajana atandatu namirongo umunani vy'amafaranga y'amarundi ( 680.000Fbu ) N'umuririmvyi  w'umurundi  yakoranye na n'umuririmvyi Double Jay yitwa Laingze Mc , akaba...
Google search engine

Recent Posts