Home ENTERTAINMENT Umuririmvyi Rayvanny akomoka mu gihugu ca Tanzania ari mu Burundi

Umuririmvyi Rayvanny akomoka mu gihugu ca Tanzania ari mu Burundi

298
0

Uyo muririmvyi yaje guteramisha abanyagisagara ca Bujumbura mu biteramo bibiri bitegekanijwe muri weekend yambere ya Rusama

Ica mbere kizoba ari VIP, gitegekanijwe ku musi wa gatandatu muri Arena

Ica kabiri kizoba kuw’Imana mu kibanza kiri muri Hotel Source du Nil aho kwinjira bizoba biri kumafaranga y’amarundi 10000

75470cookie-checkUmuririmvyi Rayvanny akomoka mu gihugu ca Tanzania ari mu Burundi
Previous articleInyima y’imwyaka 6 atagiteramo akoreye mukinama, B face agiye gukora Igiteramo.
Next articleUmuririmvyi DJ Pro agiye gusohora EP igizwe n’indirimbo 4