Home ENTERTAINMENT Ngo naho mutamuhaye amashurwe yarayiguriye!

Ngo naho mutamuhaye amashurwe yarayiguriye!

199
0

Umuririmvyikazi Monia fleur kumbuga ngurukana bumenyi agaragara ari ahantu heza cane afise umufugo wamashurwe.

Mubutumwa yakuri kije izo sanamu yagize ati “barayanyimye none ndayiguriye nakare ntazimvye.”

Uyo aheruka gusohora indirimbo “Ananipenda”, yavuzweko amajambo atari make muminsi iheze ajanye no kwikinisha.

Kumenyeshako amashurwe atazimvye aha Monia asa nuwashatse kwerekano ko vyokworoha kuronka uwuguha amshurwe bivanye nagaciro kayo. Ariko kenshi uwuguha ishurwe abagukunda.
Kuba kuwa 14 wahariwe abakundana Monia ariwe yiguriye amashurwe nkuko avyiyemerera yoba yarabuze koko uwuyamugurira3Mbe ko yari yabambaye impuzu zagahama vyovyo gute?

Vyose birashoboka,ariko turamenyereyeko aba star ico bakoze cose baba bashaka ko kitijana.

74680cookie-checkNgo naho mutamuhaye amashurwe yarayiguriye!
Previous articleNtacijana ku ba Star.
Next articleIsukari ya Diamond yaraye ibaye umururazi