Qatar ntiyerekwa Inzoga mu Mahiganwo y’Umupira w’Amaguru kw’Isi 2022
Ishirahamwe Budweiser aribo abafatanya bikogwa wi gikombe c’isi 2022, risabwa ko bokwimura amaduka yabo yi nzoga bari bamaze gushira hanze iruhande y’ibibuga vy’umupira wamaguru...
Bongo : Shusha umutwe mureke kwigana abandi
Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Ali Kiba arakebura abaririmvyi bagenzi be kuvavanura n'ingeso yo kwigana umuziki wo mu gihugu ca Nigeria ariko ngo...
INKURU ISHUSHE : Hasigaye Imisi Mike Indirimbo Nzotegereza Isohoke – Lolilo
Nimugihe haheze indwi irenga Umuririmvyi Lolilo Simba agaragarije ko agiye gusohora indirimbo yiwe yambere muruyu mwaka mushasha 2022, nkoko yavyerekanye izoza yitwa "NZOTEGEREZA" aho...
INKURU ISHUSHE : Umuntu Umwe Yitavye Imana kubera Insanganya | Carama
Hari igihe c'isaha icenda n'iminota 35(15h35) aho imodoka yo mubwoko b'ibeni yariko iragenda ,bajaj nayo iri inyuma yayo hamwe n'ipikipiki yariko izanana iyo izo...
Natacha asaba Abarundi gusengera Umuririmvyi Aimable TAYAYA.
Umwanditsi w’indirimbo BIKORE DATA ariwe Aimable TAYAYA muriki gihe amagara yiwe ntameze neza kuko aragwariye akaba agwaiye Kira Hospital, kuruyu w’agatanu igenekerezo rwa 16...
Hamenyekanye Abakinyi bagiye kwitegurira Urukino ruzobahuza na Cameroun.
Urutonde rw'abakinyi 37, umumenyereza Etienne Ndayiragije yahamagaye mu mugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba officiel, mu ntumbero yo kwitegurira urukino rukomeye ruzohuza Uburundi na Cameroun...
Belle 9ice niwe azoboneka muri Lyrics Tiki Tiki Maji ya Sat-B
Ku mugoroba wo kuruyu wakane ingenekerezo rya 24 Monyonyo 2022 Umuririmvyi Sat-B arashize kumugaragaro yuko umufasha wiwe Balle 9ice niwe azo garagara mumasanamu Video...
Photos : Master Land yerekanye ubuhinga Kuri live music
Hari muri ir'ijoro ryo kuwa 27 nzero Umwaka Wa 2023 munyubakwa za IFB (ex CCF) aho Master Land yerekanye ubuhinga bikomeye mukuririmba indirimbo ziwe...
Alvella Muhimbare aravuze impamvu film yiwe My Life Story partie 2 itarasohoka
Kuruyu wakabi mubakinyi b'amaretesi akongera akaba n'umuririmvyi aririmba indirimbo mpimbaza Mana ( Gospel) ariwe Alvella Muhimbare yavuye mugacerere kukwishura abakunzi bafilm yiwe bamaze imisi...
Chris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGE uyu munsi.
Inyuma Yo Kwuzuza ibibuga bikomeye aherereye mu Bihugu Rutura ni Chris Ndikumana yateguye igikorane kizobera kukibuga ca ETS Kamenge ( 22.7.2023 )
Ibimenyetso ni vyinshi...