Belle 9ice niwe azoboneka muri Lyrics Tiki Tiki Maji ya Sat-B

Belle 9ice niwe azoboneka muri Lyrics Tiki Tiki Maji ya Sat-B

24 novembre 2022 0 Par H. Mervis

Ku mugoroba wo kuruyu wakane ingenekerezo rya 24 Monyonyo 2022 Umuririmvyi Sat-B arashize kumugaragaro yuko umufasha wiwe Balle 9ice niwe azo garagara mumasanamu Video Lyrics yindirimbo yiwe Tiki Tiki Maji igiye gusohoka ejo kuwagatanu, ivyo akaba ahejej kubishira kurubuga gwiwe rwa page ya facebook.

Naho biruko, bamwe mubakunzi ba Sat-B ntibanezerejwe nagato ninyambaro ya Belle 9ice ugereranye n’ibimaze imisi bivugwa kuri Miss Laurie Claudia NISHIMWE kunyambaro zitubahiriza akaranga kuburundi nkuko bagiye bara vyandika muri commentaire.

Tukwibutse ko indirimbo TIKI TIKI MAJI irimu ndirimbo zizoba zigize album ya Sat-B album yise HELLO AFRIKA album izoshigwa kumugaragaro kuruyu wagatanu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2022, Sat-B akaba yaramae gusohora indirimbo zitatu arizo ISHARI, MON AMOUR na ICAMWA.

Facebook Comments Box
42690cookie-checkBelle 9ice niwe azoboneka muri Lyrics Tiki Tiki Maji ya Sat-B