Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Umuntu Umwe Yitavye Imana kubera Insanganya | Carama

INKURU ISHUSHE : Umuntu Umwe Yitavye Imana kubera Insanganya | Carama

184
0

Hari igihe  c’isaha icenda n’iminota 35(15h35) aho imodoka yo mubwoko b’ibeni yariko iragenda ,bajaj nayo iri inyuma yayo hamwe n’ipikipiki yariko izanana iyo izo ngendeshwa zava ihetse umwana w’umukobwa yiga muwambere w’ishure shingiro yaravuye kwishure iryo  sanganya rikaba ryabereye kw’ibarabara rikuru nimero 9 (RN9) rya Bujumbura-Bubanza, (Carama, Ku Kasoko).Umushoferi wa Tuktuk rero mugihe yashaka ngo adubure iyo beni ari naho aciye agonga iyo moto ayisanze mumukono wayo arinayo yarihetse uwo mwana.Ikibabaje rero umwana abonye ko hagire habe isanganya yaciye asimba asimvye aca atanguza umutwe kwibuye aca aritaba Umuremyi ubwonyene. Imana Imwakire Mubwami bwayo

23460cookie-checkINKURU ISHUSHE : Umuntu Umwe Yitavye Imana kubera Insanganya | Carama
Previous articleBONGO FLEVA : Akaunti ya Youtube ya Msanii Diamond platnumz wafungwa kwa kukiuka muongozo
Next articleVIDEO NSHASHA | R Flow ft Vania Ice – Low key | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here