Home ENTERTAINMENT Hamenyekanye Abakinyi bagiye kwitegurira Urukino ruzobahuza na Cameroun.

Hamenyekanye Abakinyi bagiye kwitegurira Urukino ruzobahuza na Cameroun.

86
0

Urutonde rw’abakinyi 37, umumenyereza Etienne Ndayiragije yahamagaye mu mugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba officiel, mu ntumbero yo kwitegurira urukino rukomeye ruzohuza Uburundi na Cameroun mukurondera kuzoja mu nkino z’igikombe ca Africa CAN bashizwe ahabona.

Inyuma yo kwirengagizwa n’umumenyereza mu rukino rwahuje Uburundi na IndonĂ©sie hamwe na Namibie, CedricAmissi batazira Jaba na Saidi Ntibazonkiza basubiriye guhamagarwa mu Ntamba.

67840cookie-checkHamenyekanye Abakinyi bagiye kwitegurira Urukino ruzobahuza na Cameroun.
Previous articleKidum ngo yoba yicuza kuba ari umuririmvyi.
Next articlePrimus League Burundi : Ihiganwa rya 2023-2024 riratangura.