Home ENTERTAINMENT Primus League Burundi : Ihiganwa rya 2023-2024 riratangura.

Primus League Burundi : Ihiganwa rya 2023-2024 riratangura.

151
0

Inyuma y’imisi itari mike bari mu karuhuko,kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 18 Myandagaro 2023,inkino z’ihiganwa rikuru ry’umupila w’amaguru mu Burundi ziratangura icese.

Burundi Sports Dynamique vs Olympic Star (Stade Urunani mu Cibitoke 13h)

Inter Star vs Kayanza United (Stade Urunani 15h30)

Nizindi nkino zikazobandanya kuri uyu wagatandatu no Ku musi w’Imana.

67870cookie-checkPrimus League Burundi : Ihiganwa rya 2023-2024 riratangura.
Previous articleHamenyekanye Abakinyi bagiye kwitegurira Urukino ruzobahuza na Cameroun.
Next articleAbaririmvyi bambar’amasheneti azimvye.