Friday, April 26, 2024

Lava Lava ashobora kuva muri WCB

Umuririmvyi wa Bongo Flavor Lava Lava ngwarikw'akora abika muri ntibate udufaranga dukeduke kugira ngo bikinde yigobotore mu vyara vya Diamond Platnumz boss wa Lebel...

Rumonge : Tigger Brizz agiye gusohora amasanamu y’indirimbo Ejo Niheza Remix

Umuririmvyi IJIMBERE Fabrice a.k.i. Tigger Brizz ari mu baririmvyi bakuzew bo muntara ya Rumonge ngo agiye gushikana ico yiyemeje kuba kunzi biwe mugushira kumbuga...

Primusic 2023 Rigiye kugaruka inyumya yi mwaka 4 itaba

Kur'uno wa kabiri, igenekerezo rya 23 Rusama 2023, niho ishirahamwe Brarudi biciye mu kinyobwa cayo Primus ryatanguje icese ihiganwa Primusic 2023 inyuma imyaka 4...

Aigle Noir irahurira na Bumamuru muri Final uno musi mu gikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu

Nikuruyu wa gatatndatu igenekerezo rya 3 Ruhenshi 2023 mu ntara ya Muyinga ku kibuga Umuco aho imigwi ibiri Bumamuru na Aigle Noir irahurira iza...

Godas Muhoza Akurira Ishapo indirimbo DARLING ya Monia Fleur na Mo’w Kenzie

Umuririmvyikazi Godas Muhoza yashimye guserura ikiri kumutima ku ndirimbo y'abaririmvyikazi bageziwe Monia Fleur na Mo'w Kenzie baheruka gusoho indirimbo "DARLING" mukwerekana ko imeze neza...

Umukunyi wama reresi Nagwe Og ahimbaza isabuku y’amavuko

Kuruyu wagatanu igenekerezo ry a 19 Rumosa umukinyi w'amareresi yo mu gihugu ca Tanzani Nagwe og ari muvyishimo vyishi mu guhimbaza isabukuru y'amavuko, Nagwe...

Weekend Rap na HIP HOP COMPTETITION

Kuruyu wagatanu igenekerezo rya 19 Rusama 2023 hara tegekenije ihiganwa kubafise impano yokuririmbo indirimbo z'umudiho wa Hip Hop, iryo higanwa rikaza kubera kukibuga ca...

Izere Award 2023 – Umwaku n’umugisha

Mu gihe ihiganwa rya Izere Award rigiye kuba ku ncuro yaryo ya Gatanu, benshi bibaza kuri kazoza mu muziki k'ubihangange bimaze gutwara iryo higanwa...

D-One ashigikira ibidandazwa vy’umufana w’Indirimbo ziwe.

Umuririmvyi D-One yerenye ko atishima nkuko beshi bavyiba mugshigikira imyuga canke ibikogo vyabamwe mukunzi b'umuziki wewe. Nkuko yashize ahabona amwe muma foto yamwerekenye arikumwe...

P-square yo mu Burundi

Umugwi We Love Muzika ugizwe n'abaririmvyi babiri b'abarindi benshi bawufata nka P-square yo muri Nigeria. Abatari bake bakunda umuziki w'urwaruka rushasha/New generation bemeza ko gusambuka...
Google search engine

Recent Posts