Home ENTERTAINMENT Izere Award 2023 – Umwaku n’umugisha

Izere Award 2023 – Umwaku n’umugisha

1006
0

Mu gihe ihiganwa rya Izere Award rigiye kuba ku ncuro yaryo ya Gatanu, benshi bibaza kuri kazoza mu muziki k’ubihangange bimaze gutwara iryo higanwa ritegurwa na Radio Izere FM yo mu ntara ya Rumonge.

Aha beshi bagaruka ku muririmvyi Msamaria Daniello yaritwaye ubwambere ariko ubu akaba atakigaragara cane ku rubuga rw’umuziki, Tissaronick na Ebadass Dhozen nabo n’uko nyene, inyuma yo kwegukana iryo higanwa Tissaronick yahisemwo kucaja guhanzura mu gihe atanumwaka urarangira aritwaye, canne Ebadass ntakigaragara no mu muziki wo mu Rumonge !

Arnovic niwe muririmvyi umwe rukumbi yatwaye iryo higanwa akaba abandanya kwigaraganza neza ku rubuga mu muziki Ndundi na canne canne mu ndirimbo nka Mon pays.

60620cookie-checkIzere Award 2023 – Umwaku n’umugisha
Previous articleP-square yo mu Burundi
Next articleLava Lava ashobora kuva muri WCB