Home ENTERTAINMENT P-square yo mu Burundi

P-square yo mu Burundi

875
0

Umugwi We Love Muzika ugizwe n’abaririmvyi babiri b’abarindi benshi bawufata nka P-square yo muri Nigeria.

Abatari bake bakunda umuziki w’urwaruka rushasha/New generation bemeza ko gusambuka kw’uwo mugwi We Love Muzika ataho kwotandukanira mu ngaruka n’ivyabaye kuri P-square. We Love Muzika n’abasore babiri biboneka neza ko buzuzanya mu muziki ku buryo vyohora kumwe abaho mumuziki Atari kumwe na mugenziwe. Inkuru mbi abakunzi b’umuziki Ndundi bemezako yobagora kwakira ngo n’isambuka rya We Love Muzika.

Jolie niyo ndirimbo ya vuba cane We Love Muzika baheruka gushir’ahabona aho iri muziriko zirahurumbirwa cane ku rubuga rwa YouTube kuko imaze kurabwa n’abantu barenga ibihumbi mirongo umunani na kimwe ( 81k vues ) ndetse bikanatuma abo basore babiri bafatwa nk’amahasa yamara ataco bapfana barushirizaho kugir’ijambo ridasubirwamwo ku rubuga rw’umuziki Ndundi.

60580cookie-checkP-square yo mu Burundi
Previous articleTanzania iguma ironka amaraso mashasha muri komedi/umwuga wo gutwenz’abantu.
Next articleIzere Award 2023 – Umwaku n’umugisha