Home ENTERTAINMENT Tanzania iguma ironka amaraso mashasha muri komedi/umwuga wo gutwenz’abantu.

Tanzania iguma ironka amaraso mashasha muri komedi/umwuga wo gutwenz’abantu.

465
0

Mur’iki gihe biragoye kuvuga komedi i Bongo(Tanzania) wirengagije Kicheche canke Mzee Makoti canke Mzee kikofia generali. Uyu yamenyekanye cane mu gukina komedi ahayagiza Makalio (Ibisusu).

Uko bukeye uko bwije niko Kicheche aguma yamamara ku rubuga rwa komedi yo mu karere ka Afrika y’ubuseruko.

60540cookie-checkTanzania iguma ironka amaraso mashasha muri komedi/umwuga wo gutwenz’abantu.
Previous articleBongo : Umwami w’indirimbo z’urukundo Mbosso
Next articleP-square yo mu Burundi