Monday, September 25, 2023

Primus League Burundi : Inkino z’indwi ya gatandatu zirabandanya.

0
Kuri uyu wa gatandatu Inkino z'indwi ya gatandatu y'ihiganwa ry'icicaro ca mbere mu mupila w'amaguru mu Burundi zarabandanije. Messager Ngozi 1-0 Kayanza United Magara Young Boys...

Burna Boy ati :”Sinokwigereranya na Fally Ipupa”

0
Aganira n'abamenyesh'amakuru mu ntango z'iyi ndwi, umuririmvyi wo mu gihugu ca Nigeria Burna Boy yagiz'ati:"Nivyo nd'umwe mu baririmvyi bo ku mugabane wa Africa batuma...

Ni bande badashakako Sat B aterimbere?

0
Umuririmvyi Sat B kuri uyu wagatanu igenekerezo rya 22 Nyakanga 2023 yaranditse amajambo asa nayarimwo akababaro kumbuga ngurukanabumenyi zitandukanye asanzwe akoresha. Kurubuga rwiwe rwa Meta(Facebook)...

Ukuri kumuduga Big Fizzo yakoresheje mundirimbo Superman.

0
Mu ndirimbo Superman ya Big Fizzo, inyuma yaho yinjiye neza mumitima y’abakunda umuziki ndundi nkuko bibandanya vyo bonekeza, benshi bagumanye ibibazo kumodoka yakoreshejwe muri...

Maluundi n’indirimbo nshasha “Muzane”.

0
Umuririmvyi Maluundi yamuka mu ntara ya Rumonge ariko akorera umuziki wiwe mu gisagara ca Bujumbura yashiz'ahabona indirimbo nshasha Muzane. Muzane n'indirimbo iri mu mudiho wa...

Canjo Amissi n’umuntu ki?

0
Canjo Amissi yavutse mu mwaka w’1957 muri quartier Swahili, mu gisagara ca Ngozi ni m’uburaruko bw’u Burundi.Canjo Amissi yerekanye impano haba mu vyigwa,mu rukino...

Bongo : Z Anto na Jay Melody bava ind’imwe.

0
Z Anto na Jay Melody n'abaririmvyi bo mu gihugu ca Tanzania. Ku bakurikirana umuziki wa Bongo Flavor ntankeka baribuka indirimbo Binti kiziwi. Iyi n'indirimbo...

SAT-B ngo yoba ariko arazamura urwaruka ruri hafi yiwe.

0
Umuririmvyi wo muri Buja music Sat-B ngo yoba yatanze amafaranga y'amarundi agera ku miliyoni 25 ku rwaruka rumuri hafi muri timu Satura kugirango gwiyungunganye. Nk'uko...

“Birateba” indirimbo nshasha ya Sat-b

0
Nkuko biboneka mumajambo Uyo muririmvyi yanditse kuruhome rw´urubuga rwiwe kuri uyu w´Imana. Sat-b agira ati: "N’ukwo KAZOVIYO atakera utwiwe agana i Burayi kurondera ubuzima inyuma...

Fortran Bigirimana atagekanya gukora ibiteramo 3 muri Canada

0
Nk´uko bigaragara ku capa( Affiche) Uyo aririmba indirimbo z´Imana Gospel, azokorera ivyo biteramo mu bisagara 3 bitandukanye no kumagenekerezo atandukanye. Igiteramo cambere kizobera mu gisagara...
Google search engine

Recent Posts