Rumonge: Ibiraro vyo ku mugende wa Mugerangabo bikwiye gusanurwa
Ibiraro bihuza imitumba ya Centre Urbain, Birimba na Kanyenkoko mu gisagara ca Rumonge birageramiwe namazi y'imvura azanana mu mugende wa Mugerangabo.
Zimwe mu mbaho ...
Ikibanza c’iratiro c,amashuha kiri ku mutumba Mugara co ba kigiye guhabwa abikorera ivyabo
Ivyo vyashikirijwe na Jacques Bigirimina umuyobozi mukuru ajejwe igisata c,ingenzi m'ubushiranganji muvyo bujejwe harimwo Ingezi.
Uyo muyobozi ngo ntatahura igituma ico kibanza gihurumbirwa n'abarundi n'abanyamahanga...
GOSPEL NSHASHA | Natacha – Nushimwe | Download
Umuririmvyikazi Natacha Burundi kucuro yiwe yambere ahohora indirimbo mbora Mana kandi ifisenama sanamu ati NUSHIMWE, Irabire ngaha Nushimwe ya Natacha
https://www.youtube.com/watch?v=2YpgVjRaXZE
https://www.youtube.com/watch?v=OYCeiC5NvnI&t=82s
Maluundi n’indirimbo nshasha “Muzane”.
Umuririmvyi Maluundi yamuka mu ntara ya Rumonge ariko akorera umuziki wiwe mu gisagara ca Bujumbura yashiz'ahabona indirimbo nshasha Muzane.
Muzane n'indirimbo iri mu mudiho wa...
VIDEO NSHASHA | Sasa Sandra- Ririmba | DOWNLOAD
Umuririmvyikazi Sasa Sandra asazwe aririmba indirimbo zoguhayagiza Imana Gospel Music ya sohoye indirimbo yiwe yambere inafise n'amasanamu yitwa ‘Ririmba.
Urashobora kugira play ukayiraba ngaha.
https://www.youtube.com/watch?v=Hv05FC2vsi8
Isukari ya Diamond yaraye ibaye umururazi
Umwigeme vyavurwako ari m'urukundo ubu n'umuririmvyi w'icamamare mu gihugu ca Tanzania Diamond , yaraye atangaje ko ahebanye nuyo muririmvyi.
Zuchu yamenyesheje mubutumwa burebure busa nuburimwo...
Kicheche mu gisagara ca Rumonge
Inyuma yo kwandikish'amateka yakirwa n'abantu benshi mu gisagara ca Bujumbura no mugiguhu ca Congo, umuhinga mu gutwenza ava mu gihugu kibanyi ca Tanzania Kicheche...
GOSPEL NSHASHA | Samson Nish Ft Esther Nish – NISHIMWE | Download
Icamamare cawe mu muziki wogu himbaza Imana umuririmvyi Samson Nish ya je nindirimbo yakoranye n'umuririmvyikazi Eshter Nish mu ndirimbo «Nishimwe » ifisema amasanamu meza cane.
Urashobora...
GOSPEL NSHASHA |Coco Claudia – Burimusi | Download
Umuririrmvyikazi Coco Claudia asazwe aririmba indirimbo zoguhimbaza Imana yakuzaniye iyindi ndirimbo nshasha yitwa 'Burimusi'
Urashobora kugira play ukayiraba ngaha.
https://www.youtube.com/watch?v=z1wh_5OTJ3A
GOSPEL NSHASHA | Innocent KAZERA ft Big Fizzo – Ume Tukuka Remix | Download
Kuyindi curo umuririmvyi Innocent Kazera arikumwe na Bigi Fizzo bakuzanie Ume Tukuka Remix n'indirimbo ihayagiza imani Gospel, Rabangaha indirimbo "Ume Tukuta Remix
https://www.youtube.com/watch?v=m626zy19WTc
Rumonge ni WACHAWI,...