Home NEWS Ikiraro c’umugezi kidumbugwe gikwiyiye kubakwa gushasha

Ikiraro c’umugezi kidumbugwe gikwiyiye kubakwa gushasha

1058
0

Amazi ava muruwo mugezi uri kwibarabara ry’igihugu numéro zitatu Bujumbura -Rumonge Ku mutumba wa kizuka muri komine n’intara ya Rumonge.

Abanyagihugu baba kuruwo mutumba bamenyesha ko amazu n’imirima biri hepfo y’ibarabara bibangamirwa n’imyizure iyo imvura iguye imanukana imisenyi gutyo ikiraro kigaca amazi nayo Agata inzira agashwara mu mazu y’abanyagihugu.

Aho Ku mutumba wa kizuka amazu agera kuri cumi niyo abangamiwe imirima itewemwo ibitegwa mbumbarugo iramaze gutwarwa,hamwe n’inyubakwa z’ishure ryisumbuye rya Nyamibu na zone zirageramiwe nayo mazi Siméon Ndayizeye umuyobozi wiryo Shure amenyeshako ubuzu bwasugumwe bwamaze kubomoka kubera ayo mazi.

Izo ngorane zatanguye kwibonekeza kuva ibikorwa vyo gusanura ibarabara igice ca Rumonge-Gitaza.

Ababa Ku mutumba wa kizuka bakozweko nivyo vyago basaba ko ico kiraro cosarwamwo kugira amazi aronke inzira

Raba niyi Video INASIKITISHA UNCLE B ALITAKA KUFUGWA KWAJILI YA WIMBO NDUMU HATARI REMIX / RUMONGE KIBISHI BISHI

58440cookie-checkIkiraro c’umugezi kidumbugwe gikwiyiye kubakwa gushasha
Previous articlekuyindicuro Djamal Seifu niwe yatowe kurongora umurwi wa Vital’o footbal Club
Next articleKent-P ngo niwe adadaza ama vérificastion kuri page facebook : Sat – B