Home ENTERTAINMENT Kent-P ngo niwe adadaza ama vérificastion kuri page facebook : Sat –...

Kent-P ngo niwe adadaza ama vérificastion kuri page facebook : Sat – B

227
0

Sat-B abicishije kuri page yiwe yamenyesheje Abarundi n’Abarundikazi ko uyushaka kuba vérifier kuri page ya Facebook ko wo rondera Kent-P kugira abigufashemwo muku muha amahera. Ivyo rero bikaba vyateye ibibazo vyishi mubantu aho baciyebibaza ko Sat-B versification yiwe afise ari yukuriha canke.

Sat-B : “Kubafise indoto zo kuba Vérifier ku rubuga Facebook Rondera Kent-P muri kora entertainment  Biraturinda ihahamuka.”

Photo de Kent-P

58550cookie-checkKent-P ngo niwe adadaza ama vérificastion kuri page facebook : Sat – B
Previous articleIkiraro c’umugezi kidumbugwe gikwiyiye kubakwa gushasha
Next articleBayern Munich irashobora gutakaza umukinyi Sadio Mané