Home ENTERTAINMENT kuyindicuro Djamal Seifu niwe yatowe kurongora umurwi wa Vital’o footbal Club

kuyindicuro Djamal Seifu niwe yatowe kurongora umurwi wa Vital’o footbal Club

202
0
Kuruyu w’Imana igenekerezo rya 14 Rusama 2023 Djamal Seifu niwe yatowe kuba Prezida w’umurwi wa Vital’o Football Club mu nama ya bose, akaba asubiriye Evariste MUKURARINDA yahora arongoye uwo murwi.
Tukwibutse ko Jamal Seifu si ubwa mbere arongoye Vital’O FC, Ku ntwaro yiwe yafashije uwo murwi gutahukana igikombe ca CECAFA Kagame Cup mumwaka 2014.
Jamal Seifu akaba agiye gufashwa na murayo mabanga yoku rongora uyo murwi na Selemani Khamissi (Vice Président), Youssouf Malik (Membre), Juma Mossi (Membre), Manirambona Omar Papy (Membre) hamwe na Arsene Bucuti (Communication et Marketing).
58380cookie-checkkuyindicuro Djamal Seifu niwe yatowe kurongora umurwi wa Vital’o footbal Club
Previous articleVIDEO NSHASHA | Kidum Kibido – Shema | DOWNLOAD
Next articleIkiraro c’umugezi kidumbugwe gikwiyiye kubakwa gushasha