Home ENTERTAINMENT Maluundi n’indirimbo nshasha “Muzane”.

Maluundi n’indirimbo nshasha “Muzane”.

533
0

Umuririmvyi Maluundi yamuka mu ntara ya Rumonge ariko akorera umuziki wiwe mu gisagara ca Bujumbura yashiz’ahabona indirimbo nshasha Muzane.

Muzane n’indirimbo iri mu mudiho wa Hip hop . Mur’iyo ndirimbo, Maluundi aririmba agaragaza ubushobozi afise mu muziki ndundi, aho ahamagarira abakunzi ba Hip hop kuzana uyundi muraperi bibaza ko yomwababa mur’uwo mudiho.

70040cookie-checkMaluundi n’indirimbo nshasha “Muzane”.
Previous articleCanjo Amissi n’umuntu ki?
Next articleMusic Audio : Maluundi – Muzane