Intambara ya barororezi Vues Iradute Hagati Y’imbrimbo “Hahiye” n’Indirimbo “Boss”
Nimugihe beshi batanguye kwibaza niyihe ndirimbo iriko ikundwa cane nabakunzi bumuziki ndundi hagati y'indirimbo Hahiye indirimbo y'umuririmvyi Alvin Smith arikumwe na Double Jay imaze...
Jordi LIONGOLA asaini mkataba waku ichezea LIERSE KSK timu ya Belgique
Mchezaji mwenye asili ya Burundi Jordi Liongola ame saini mkataba waku ichezeya timu Lierse KSK ya daraja lapili inchini Belgique hapo jana tarehe 19...
Freema Boy Agiye Guheza Ici Kumateka y’Indirimbo Zibiri n’Abaririmvyi Batatu
Umuririmvyi Bien Freema Boy yashimye kubwira ukuri abakunzi biwe yuko vuba agihe gushira kumugaragaro indirimbo zibiri zizoba ari indirimbo zoguheza ici, Freema Boy ngo...
Menya Media yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique )
Ishirahamwe Menya Media kuruyu wambere igenekerezo rya 06 Nyakanga 2021 kuri hotele Best Outlook yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique...
Bongo : Kajala na Harmonize barushirizaho guteran’amajambo.
Babicishije ku mbuga ngurukanabumenyi, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Harmonize n'uwahoze ar'umukunzi we Kajala Frida babandanya kwiyambur'agashambara mu guteran'amajambo inyuma yo gutandukana.
Inkabuzo y'ukwo...
Opera Record baada yakubalijina nakuwa PENIEL NATION yatangaza album “HOSANA”ya BENISE SWEETBEATS
Nisiku zizizo kuwando zime toweka ikiwa ime undwa studio Opera Record kwaniaba ya kutengeneza mziki audio , video clip pia nakukuza vipaji vyawa sanii...
Rumonge: Idongozi z’amadini zisaba kurekurirwa gutunganya ibiteramo.
Babishikirije mu nama yatunganijwe na buramatari w'intara ya Rumonge Leonard Niyonsaba kubarongoye amashengero n'amadini akorera muri iyo ntara.
Umwe m'ubungere yemesheje ko badatahura ukungene abatunganya...
Kicheche mu gisagara ca Rumonge
Inyuma yo kwandikish'amateka yakirwa n'abantu benshi mu gisagara ca Bujumbura no mugiguhu ca Congo, umuhinga mu gutwenza ava mu gihugu kibanyi ca Tanzania Kicheche...
GOSPEL NSHASHA | Natacha – Nushimwe | Download
Umuririmvyikazi Natacha Burundi kucuro yiwe yambere ahohora indirimbo mbora Mana kandi ifisenama sanamu ati NUSHIMWE, Irabire ngaha Nushimwe ya Natacha
https://www.youtube.com/watch?v=2YpgVjRaXZE
https://www.youtube.com/watch?v=OYCeiC5NvnI&t=82s
Diamond Platnamuz abandanya akora ibitangaza mu muziki.
Umuririmvyi Abdul Naseeb juma yamenyekanye ku mazina y´umuziki nka Diamond platnumz yaraye akoze ibisa n´ibitangaza mugiteramo wasafi Festival 2023 cariko kibera mugihugu ca Tanzania...