Kirikou Akili – Erega umuntu aduzwa n’Imana Son of jah

Kirikou Akili – Erega umuntu aduzwa n’Imana Son of jah

20 décembre 2022 0 Par H. Mervis
Umuririmvyo kirikou Akili yashimye kubwira abantu bafise imitima mibi badashaka kubona abandi batera imbere naho utera imbere bibazo ko aribo batumye ushika kure, Kirikou Akili abicishije kuri instagram yiwe yakoreshe amajambo make cane abwira nokwereka abantu bamukirikirana ko ubu afise umuduga, kuriyo fota akaba mbere yarafise n’urufunguruzo.
Kirikou Akiri yagize ati » Erega umuntu aduzwa n’Imana Son of jah. »
Facebook Comments Box
47090cookie-checkKirikou Akili – Erega umuntu aduzwa n’Imana Son of jah