INKURU ISHUSHE : Umuhagarikizi Pacifique Ndabihawenimana Yagarutse Mu Gihugu c’Uburundi

INKURU ISHUSHE : Umuhagarikizi Pacifique Ndabihawenimana Yagarutse Mu Gihugu c’Uburundi

5 February 2022 0 By H. Mervis

Hari kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2022 aho Umuhagarikizi mpuzamakungu w’umurundi Pacifique Ndabihawenimana yashika mu gihugu c’uburundi aho avuye mugihugu ca Cameroun guhagarikira Inkino z’igikombe ca Afrika CAN 2021.

Pacifique Ndabihawenimana akaba yarashimiye Imana kubona inkono zose ya hagarikiye ko zagenze neza mbere akaba yara nashimie n’Abarundi bose bamushigikiye mukumwereka urukundo mubikorwa vyiwe, ivyo akaba yabivugiye mukiganiro yakoranye nikimenyesha makuru Umugezi Actu ati : Ndashimira cane Imana yamfashije Inkino zose nakoze nkazikora neza ; ndashimira cane n’abarundi bose kukuntu mwanyeretse ko mushigikira ibikorwa vyanje.

Photo de Pacifique Ndabihawenimana (mugezi Actu)

Ngiyi inyishu ya MB Data inyuma yogukorana indirimbo na Olga hamwe na Noria

Facebook Comments Box
20460cookie-checkINKURU ISHUSHE : Umuhagarikizi Pacifique Ndabihawenimana Yagarutse Mu Gihugu c’Uburundi